Esiteri 1:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Maze Memukani arishura, avugira imbere y’umwami n’abo baganwa, at’ Umwamikazi Vashiti ntacumuye ku mwami wenyene, acumuye no ku baganwa bose, no ku mahanga yose ari mu bihugu vyose vy’umwami Ahasuwerusi; Viz kapitola |