11 ababgira kuzana umwamikazi Vashiti imbere yiwe yambaye igitsibo c’ubgami, kugira ngo yereke amahanga n’abaganwa ubgiza bgiwe, kuko yar’ umunyakaranga.