Online Bible

- Reklamy -




Abalewi 2:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kand’ ishikanwa ryose ry’ivyakozwe mw ifu muzoshikana muze mubirunge umunyu; ntimuze mugire ishikanwa ry’ivyakozwe mw ifu mushikana ritarimw’ umunyu, kand’ ari wo kimenyetso c’isezerano ryanje, Imana yanyu: ivyo muzotanga vyose muze mubitangane n’umunyu.

Viz kapitola kopírovat




Abalewi 2:13

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy