Rusi 1:5 - Bibiliya Yera5 Maze Mahaloni na Kiliyoni bombi barapfa. Uwo mugore yapfushije umugabo we n'abana be bombi. Viz kapitolaBibiliya Ijambo ry'imana D5 Mahiloni na Kiliyoni na bo barapfa. Nawomi asigara ari umupfakazi n'incike. Viz kapitolaBibiliya Ijambo ry'imana5 Mahiloni na Kiliyoni na bo barapfa. Nawomi asigara ari umupfakazi n'incike. Viz kapitolaKinyarwanda Bibiliya Ntagatifu5 Nyuma, Mahiloni na Kiliyoni na bo baza gupfa. Nuko uwo mugore asigara aho, nta bana nta mugabo. Viz kapitola |