Imigani 23:28 - Bibiliya Yera28 Ni ukuri aca igico nk'umwambuzi, Kandi atuma hagwira abagambanyi mu bantu. Viz kapitolaBibiliya Ijambo ry'imana D28 Uwo mugore aca igico nk'umujura, agwiza ububi mu bantu. Viz kapitolaBibiliya Ijambo ry'imana28 Uwo mugore aca igico nk'umujura, agwiza ububi mu bantu. Viz kapitolaKinyarwanda Bibiliya Ntagatifu28 ng’uwo ararekereje nk’umujura, abantu akabagwizamo abagambanyi. Viz kapitola |