Yakobo 1:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Idini ryemewe kandi ritunganye imbere y’Imana Data wa twese ni ukwitaho impfuvyi n’abapfakazi mu marushwa yabo no kwirinda kwanduzwa n’isi. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Idini itunganye itagira agasembga imbere y’Imana Data wa twese, n’ukurāba impfuvyi n’abapfakazi mu marushwa yabo, no kwirinda ngo ntiwanduzwe n’ivy’ isi. Viz kapitola |