Online Bible

- Reklamy -




Yakobo 1:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Abiyumvira ko bemewe kubera idini ryabo, ariko ntibirinde mu vyo bavuga, baba bihenda kandi kuba mw’idini kwabo nta co bimaze.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Umuntu ni yigira ngo n’umunyedini, ntafate ururimi, arikw agahenda umutima wiwe, idini y’uyo izoba ar’ iy’ ubusa.

Viz kapitola kopírovat




Yakobo 1:26

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy