Yakobo 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Yahisemwo kutuvyaza ijambo ry’ukuri, kugira ngo tube nk’ivyeze ubwa mbere mu vyo yaremye vyose. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Nk’uko yabigabiye ubgayo, yatuvyarishije ijambo ry’ukuri, kugira ngo tube nk’umushuzo w’ibiremwa vyayo. Viz kapitola |