Yakobo 1:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ariko, umuntu wese ageragezwa n’ivyipfuzo vyiwe bibi, hanyuma bikamusunikira mu mutego. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Arik’ umuntu wese ageragezwa, iy’ akwezwe n’ivyo yifuza bikamusuka. Viz kapitola |