Yakobo 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ariko abatunzi bo, bakwiye kwishimira ko Imana yabacishije bugufi. Kuko bazokurwaho kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 umutunzi na we, ni yirate kw acishijwe bugufi, kukw azoyoka nk’amashurwe y’ivyatsi. Viz kapitola |