Yakobo 1:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Jewe Yakobo, umukozi w’Imana n’uw’Umwami Yesu Kristo, Ndabaramukije mwebwe abo mu miryango cumi n’ibiri mwasanzariye mu mahanga. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Yakobo, umugurano w’Imana n’uw’ Umwami Yesu Kristo, ndabandikiye abo mu miryango cumi n’ibiri y’abāsābagiye: muganuke. Viz kapitola |