Tito 3:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Birinde kugira uwo batuka kandi birinde ibihari. Ariko babe abagwaneza, kandi bace bugufi imbere y’abantu bose. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 no kutagira uwo bambika ibara, no kutitoraguza, no kwengenga, berekana ubugwaneza bgose ku bantu bose. Viz kapitola |