Tito 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Wame wibutsa abantu kwubaha abatware n’abategetsi, kugamburuka no gukora ivyiza. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ubibutse kugamburukira abakuru n’abafise ubushobozi, no kubumvira, no kwitegurira igikorwa ciza cose, Viz kapitola |