Online Bible

- Reklamy -




Tito 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Ivyo ni vyo ukwiye kwigisha abizera. Ubahimiririze kubikora kandi ukosore abatabikora, kandi ubigire mu mubasha wahawe bwose. Ntukemerere umuntu n’umwe kugusuzugura.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Wame uvuga ivyo, ubahanūra, ubahana, nk’ūfise ububasha rwose. Ntihakagire ūgukēngēra.

Viz kapitola kopírovat




Tito 2:15

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy