Tito 1:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 hanyuma igihe cayo kigeze ihishura ijambo ryayo biciye mu kuvuga Ubutumwa Bwiza nizigijwe n’icagezwe c’Imana, yo Mukiza wacu, Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ariko mu bihe yitoranirije yerekanishije ijambo ryayo ubutumwa najejwe, nk’ukw Imana Umukiza wacu yageze. Viz kapitola |