Tito 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kuko hari abantu benshi b’abagarariji, bavuga ibitagira ikimazi kandi babesha, kandi no mu bakebwe bakaba barimwo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kuko hariho benshi b’ibiganda, cane‐cane n’abo mu bākebge, bavuga ibitagira ikimazi, n’inyosha mbi, Viz kapitola |