Online Bible

- Reklamy -




Tito 1:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Jewe Pawulo, umukozi w’Imana n’intumwa ya Yesu Kristo ku bw’ukwizera kw’abatoranijwe n’Imana n’ukumenya ukuri gushikana ku kugororoka,

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Paulo, umugurano w’Imana, intumwa ya Yesu Kristo, mbihērewe kwizeza abo Imana yatoranije no kwigisha kumenya ivy’ ukuri gufatanije n’ukwubaha Imana;

Viz kapitola kopírovat




Tito 1:1

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy