Matayo 9:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Abantu babibonye, bagira ubwoba, hanyuma bahimbaza Imana yahaye umuntu ububasha bungana gutyo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ishengero ribibonye, riratinya, rihimbaza Imana yahaye abantu ububasha ben’ ubgo. Viz kapitola |