Matayo 9:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Maze amaso yabo aca arahumuka. Yesu arabihanikiriza ati: “Mwiyubare, ntihagire umuntu n’umwe abimenya.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Amaso yabo arahumūka. Yesu arabihanikiriza, ati Murumva, ntihagire umuntu abimenya. Viz kapitola |