Matayo 9:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Bamaze gusohoka, arinjira amufata ukuboko, wa mwana aca aravyuka. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Abantu bamaze guhindirwa hanze, arinjira, amufata ukuboko, umukobga aravyuka. Viz kapitola |