Matayo 9:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Yesu arahindukira, amubonye aramubwira ati: “Humura, mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije.” Ubwo nyene uwo mugore aca arakira. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Buno Yesu arakebuka aramubona, aramubgira, ati Hūmura, mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije. Nya mugore akira uwo mwanya. Viz kapitola |