Matayo 9:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Yesu arabishura ati: “Mbega abatumire b’umukwe bogandara bakiri kumwe na we? Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe rero bazoheza bisonzeshe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Yesu arababaza, at’ Abātowe bobabara bate bakiri kumwe n’umukwe? Har’ imisi izoza umukwe akūrwe muri bo, ni ho bazokwisonzesha. Viz kapitola |