Online Bible

- Reklamy -




Matayo 9:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Mu nyuma, Matayo atumira Yesu n’abigishwa biwe i muhira iwe kugira ngo abazimane, atumira kandi n’abatozakori hamwe n’abandi banyavyaha ngo basangire.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Kandi Yesu acicaye mu nzu arikw ararya, haza benshi mu batozakori n’abanyavyaha, basangira na Yesu n’abigishwa biwe.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 9:10

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy