Online Bible

- Reklamy -




Matayo 8:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Kuko nanje, ndafise abantegeka, kandi mfise n’abasoda ntegeka. Iyo mbwiye umwe nti: ‘Genda,’ aca agenda; nabwira uwundi nti: ‘Ngwino,’ agaca aza; kandi iyo mbwiye umukozi wanje nti: ‘Kora iki,’ aca agikora.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kuko nanje nd’umuntu agendera musi y’abanganza, mfise abasoda ntwara: iyo mbariye umwe, nti Genda, aragenda; n’uwundi nti Ngwino, akaza; nabarira umushumba wanje, nti Kora iki, akagikora.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 8:9

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy