Matayo 8:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Bamubonye, abo badayimoni baca barasemerera bati: “Uturonderako iki ga Mwana w’Imana? Uje kutubabaza kandi igihe cacu kitaragera?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Barasemerera, bati Duhuriye hehe ga Mwana w’Imana? Uje hano kutubabaza agashinyaguro igihe cacu kitarashika? Viz kapitola |