Matayo 8:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Yesu ashitse hakurya y’ikiyaga, mu ntara ya Gadarene, abantu babiri baboshwe n’abadayimoni baza guhura na we, bavuye mw’itongo ry’abapfuye. Bari bakomeye cane ku buryo ata muntu n’umwe yashobora guca muri iyo nzira. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Afashe hakurya mu gihugu c’Abagadareni, babiri binjiwemwo n’abadayimoni baramusanganira bava mu masenga y’imva, bari bakaze cane, bituma ata wushobora guhita mur’ iyo nzira. Viz kapitola |