Matayo 8:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Maze bose baca baratangara, baravugana bati: “Mbega uwu ni umuntu ki, ko umuyaga n’imipfunda na vyo bimwumvira?” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Maz’ abo bantu baratangara, bat’ Uyu n’umuntu ki, umuyaga n’ikiyaga ko bimwumvira? Viz kapitola |