Matayo 8:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ubwo nyene haza umuyaga w’igihuhusi mu kiyaga, ku buryo imipfunda yariko irisuka mu bwato; kandi ico gihe Yesu yari asinziriye. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Haza igihuhuta gikomeye mu kiyaga, bituma ubgato buzimirira mu mipfunda: ariko we yar’ asinziriye. Viz kapitola |