Matayo 8:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Amukora ku kiganza, ako kanya nyene bwa bushuhe buca burahera, aca ava hasi aramuzimana. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Amukora ku kuboko, umururumbo urazima; aravyuka, aramuzimana. Viz kapitola |