Matayo 8:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Yesu aca aja i muhira kwa Petero, asanga inabukwe wa Petero ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Yesu yinjiye mu nzu kwa Petero, abona inabukwe aryamye afashwe n’umururumbo. Viz kapitola |