Matayo 7:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nuko rero, ivyo mugomba ko abantu babagirira, abe ari vyo namwe mubagirira, kuko ivyo ari vyo ivyagezwe hamwe n’ivy’abavugishwa n’Imana vyigisha. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Nukw ivyo mugomba kw abantu babagirira vyose mube ari ko mubagirira namwe; kukw ivyo ar’ ivyagezwe n’ivy’ abavugishijwe n’Imana. Viz kapitola |