Matayo 6:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Ni co gituma mudakwiye kwiganyira; muvuga muti: ‘Mbega tuzorya iki?’ canke ‘Mbega tuzonywa iki?’ canke ‘Mbega tuzokwambara iki?’ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Nuko ntimukiganyire, ngo Tuzorya iki? canke Tuzonywa iki? canke Tuzokwambara iki? Viz kapitola |