Matayo 6:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Nimwitegereze inyoni zo mu kirere: ntizibiba, ntizimbura kandi nta co zegeraniriza mu bigega; ariko So wo mw’ijuru arazigaburira! None mwebwe ntimuziruta cane? Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ni murābe ibiguruka vyo mu kirēre, ntibibiba, ntibishwabura, kandi ntivyimburira mu bigega, ariko So wo mw ijuru arabitunga; mbega mwebge ntimubiruta cane? Viz kapitola |