Online Bible

- Reklamy -




Matayo 6:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Nta muntu n’umwe yoshobora gushimisha abakoresha babiri: agerageje kunezereza umwe yosanga yababaje uwundi; kandi agerageje kuba umwizigirwa kuri umwe yosanga yahemukiye uwundi. Nta muntu ashobora gukoreshwa n’Imana ngo yongere akoreshwe n’amahera.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Nta wusaba abami babiri: kuko yokwanka umwe, agakunda uwundi, canke yoguma kur’ umwe, akagaya wa wundi. Ntimushobora gusaba Imana n’Itunga.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 6:24

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy