Matayo 6:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 kugira ngo ntiwereke abantu ko wisonzesheje; ahubwo uvyereke So ari ahihishije; maze So, we abona ibikorerwa mw’ibanga, azobiguhembera. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 ngo ntubonwe n’abantu ko wisonzesheje, arik’ ubonwe na So aba mu mpisho, kandi So, abona ivyo mu mpisho, azoguhēra. Viz kapitola |