Matayo 6:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Mwirinde ntimukore ibikorwa vyo kugororoka murondera gushimwa n’abantu. Kuko nimwabikora gutyo, So wo mw’ijuru ntazobaha impera. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Mwirinde ntimugakorere ivyiza vyanyu mu maso y’abantu kugira ngo babarābe: ni mwagira murtyo, ntimuzogira impēra kuri So wo mw ijuru. Viz kapitola |