Matayo 5:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Kandi umuntu niyagomba kukuburanya kugira ngo akunyage ishati yawe, umuhebere n’ikoti na yo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 umuntu ni yagomba kukubūranya ngw akunyage ipfundo, umuhebere n’umutamana; Viz kapitola |