Matayo 5:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Ariko jeho ndababwira nti umuntu wese araba umugore akipfuza gusambana na we aba yamaze gukora ico caha mu mutima. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Ariko jeho ndababgira yuk’ umuntu wese arāba umugore akamwifuza, aba amaze gusambana na we mu mutima wiwe. Viz kapitola |