Online Bible

- Reklamy -




Matayo 5:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Nihagira umuntu aja kukwagiriza mu bucamanza, wihutire kwiyuzuza na we mukiri mu nzira, kugira ngo ntagushikirize umucamanza hanyuma na we akagutanga ku mukuru w’ibohero, uwo na we akagupfunga.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Wuzure vuba n’ūkurega mukiri mu nzira; ūkurega ntagushikirize umucamanza, umucamanza akaguha umusoda, ugashirwa mw ibohero.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 5:25

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy