Online Bible

- Reklamy -




Matayo 5:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Ni co gituma umuntu wese atazokurikiza ayo mabwirizwa naho ryoba ritoya ryo muri yo kandi akigisha abandi kutayakurikiza azoba uwa nyuma mu Bwami bw’ijuru. Ariko uwo wese azoyakurikiza akigisha n’abandi kuyakurikiza azoba mukuru mu Bwami bw’ijuru.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Nuk’ ūzorenga ibgirizwa na rimwe ryo mu yoroshe hanyuma y’ayandi, akigisha abantu ngo bagire bartyo, mu bgami bgo mw ijuru azokwitwa muto hanyuma y’abandi. Arik’ ūyitondera, akayigisha, uyo we azokwitwa mukuru mu bgami bgo mw ijuru.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 5:19

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy