Matayo 5:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ntimwibaze ko nazanywe no gukuraho ivyagezwe vya Mose n’Ivyanditswe n’abavugishwa n’Imana. Oya sinazanywe no kubikuraho, ahubwo nazanywe no kubishitsa. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ntimugire ngo naje gusenyura ivyagezwe cank’ amajambo y’abavugishwa n’Imana. Sinaje kubisenyura, naje kubishitsa. Viz kapitola |