Matayo 5:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ni ko bimeze no kw’itara, nta woridomeka ngo ace aryubikako igiseke. Ahubwo arishira ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abari mu nzu bose. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Nta bodomeka itara ngo baryubikekw igisimbo, ariko barishira ku gitereko caryo, ngo riboneshereze abari mu nzu bose. Viz kapitola |