Matayo 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 amubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, niwikororere hasi, kuko handitswe ngo: ‘Azotegeka abamarayika biwe bakuzigame. Bazokurerura mu maboko yabo kugira ngo ntutsitare kw’ibuye.’” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 aramubgira, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, ikororere hasi, kuko vyanditswe, ngw Azokuragiza abamarayika biwe, Na bo bazokuramira mu maboko yabo, Ngo kumbure ntutsitare kw ibuye. Viz kapitola |