Matayo 4:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Kuva ico gihe Yesu aca atangura kuvuga Ubutumwa Bwiza no kwigisha, ati: “Nimwihane kuko Ubwami bw’ijuru buri hafi.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Guhera ubgo, Yesu atangura kwigisha, ati Mwihane, kuk’ ubgami bgo mw ijuru buri hafi. Viz kapitola |