Matayo 28:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Abo bagore baca bava ku mva, bagenda bihuta. Bari bafise ubwoba ariko kandi bafise n’akanyamuneza kenshi. Nuko bariruka baja kubwira abigishwa biwe iyo nkuru. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Bava ku mva n’ingoga, bari n’ubgoba n’akanyamuneza kenshi, birukanga kubibgira abigishwa biwe. Viz kapitola |