Matayo 28:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 mubigishe gushira mu ngiro ivyo nabategetse vyose. Kandi mumenye ko ndi kumwe namwe imisi yose gushika ku muhero w’isi.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 mubigishe kwitondera ivyo nabageze vyose. Umve, ndi kumwe namwe imisi yose, gushitsa ku muhero w’isi. Viz kapitola |