Matayo 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Yosefu avyuka hakiri mw’ijoro, afata umwana na nyina, abahungishiriza muri Egiputa, Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Ahenga mw ijoro aravyuka, ajana umwana na nyina, aja muri Egiputa, Viz kapitola |