Matayo 12:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Umuntu umwe araza aramubwira ati: “Nyoko na bene nyoko bahagaze hanze, bashaka kuvugana nawe.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Umwe aramubgira, at’ Ereg’ umuvyeyi wawe na barumuna bawe bahagaze hanze, baragomba ko mubonana. Viz kapitola |