Matayo 12:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Kuko nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’ifi, ni ko n’Umwana w’Umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’isi. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi, ni ko n’Umwana w’umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu i kuzimu. Viz kapitola |