Online Bible

- Reklamy -




Matayo 12:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Arabishura ati: “Abantu ba kino gihe babi kandi b’abasambanyi ni bo basaba ikimenyetso! Ariko nta kindi kimenyetso bazohabwa kiretse ikimenyetso c’uwavugishwa n’Imana Yona.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Arabishura, at’ Ab’ urunganwe rubi rw’ubumaka barondera ikimenyetso; kandi nta kimenyetso bazohabga, atar’ ikimenyetso c’uwavugishwa n’Imana Yona.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 12:39

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy